18 Septembre 2016
Ndabira nukuri naw ingene abakobwa bavugana kwi 4ne Ange: Allooooo Alda: wiii cva chch Ange: cva mbe k wampevy chr Alda: Akanya chu Ange: ndakwikumburiy wanjeu Alda: ntuzi jew Ange: mbe wamus ko waciy ugnda Alda: Beni yarankeney wangu Ange: yoooo ahubwo mbwra muracasohkana Alda: eg ch ubona twovna ningne dkundana Ange: nivyza kbs Alda: yooo wanjeux bye tuzosbira Ange: saw sha chuu Après la discussio Alda:::: sha ka ange karishima je mbere karanshisha ukuntu kubintu kigira Ange::::: ego nukuri ngo ntibovana na Beni nukuntu ndamukunda sha nzobateranya tuuu bavane Abahungu nabo ingene bavugana kwi 4ne Mahuba: Allooo bagona nya kugona mu gitanda Bagona: ni saw mahuba Mahuba: amakuru yaw nne Bagona: ni meza muhu Mahuba: mbe ko wipoteje wambwawe Bagona: Nipoteza? ko ntarumva itangazo rindondeza Mahuba: uraga ... mbe uracari ikibono nka kera Bagona: oyaa shaa ubu ngezweho kbsa Mahuba: urakagerwah nurupfu wa mahuba we Bagona: shaa urangenywe ndake Mahuba: mbe ino musi uteramirahe? Bagona: ntanahmwe kwlii ndakeny Mahuba: urandonder ndaguhe rimw Bagona: sawa sha ndakurondera Après Mahuba:::: shaa rwa Bagona rurandyohera kbsa Bagona:::: shaaa Mahuba ndamwemera uzi ingene twikundanira